1 Abami 8:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Kandi umutima wanyu uze ube uwukwiye+ ku vyerekeye Yehova Imana yacu mu kugendera mu ngingo nyobozi ziwe no mu kugumya amabwirizwa yiwe nk’uko biri uyu musi.” 2 Ngoma 15:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo ibibanza bikirurutse+ ntivyazimangana muri Isirayeli+. Gusa, umutima wa Asa uba uwukwiye mu misi yiwe yose+.
61 Kandi umutima wanyu uze ube uwukwiye+ ku vyerekeye Yehova Imana yacu mu kugendera mu ngingo nyobozi ziwe no mu kugumya amabwirizwa yiwe nk’uko biri uyu musi.”
17 Mugabo ibibanza bikirurutse+ ntivyazimangana muri Isirayeli+. Gusa, umutima wa Asa uba uwukwiye mu misi yiwe yose+.