2 Ngoma 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Beni-hadadi yumviriza rero Umwami Asa, arungika abakuru b’inteko za gisirikare ziwe ngo batere ibisagara vya Isirayeli, ku buryo basasika Iyoni+ na Dani+ na Abeli-mayimu+ n’ububiko bwose+ bw’ibisagara vya Nafutali+.
4 Beni-hadadi yumviriza rero Umwami Asa, arungika abakuru b’inteko za gisirikare ziwe ngo batere ibisagara vya Isirayeli, ku buryo basasika Iyoni+ na Dani+ na Abeli-mayimu+ n’ububiko bwose+ bw’ibisagara vya Nafutali+.