2 Ngoma 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Amaherezo Asa aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, apfa mu mwaka ugira mirongo ine na rimwe w’ingoma yiwe.
13 Amaherezo Asa aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, apfa mu mwaka ugira mirongo ine na rimwe w’ingoma yiwe.