1 Abami 12:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ico kintu kiba imvo y’igicumuro+, maze abantu batangura kuja imbere y’imwe muri zo, gushika i Dani. 1 Abami 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Azoheba Isirayeli+ kubera ibicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumuye akongera akabicumurisha Isirayeli+.”
30 Ico kintu kiba imvo y’igicumuro+, maze abantu batangura kuja imbere y’imwe muri zo, gushika i Dani.
16 Azoheba Isirayeli+ kubera ibicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumuye akongera akabicumurisha Isirayeli+.”