1 Abami 15:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko Bayasha akimara kuvyumva, aca areka kwubaka Rama+ maze abandanya kuba i Tiruza+. 1 Abami 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mu mwaka ugira gatatu wa Asa umwami wa Yuda, Bayasha mwene Ahiya amara imyaka mirongo ibiri n’ine ari umwami wa Isirayeli yose i Tiruza+.
33 Mu mwaka ugira gatatu wa Asa umwami wa Yuda, Bayasha mwene Ahiya amara imyaka mirongo ibiri n’ine ari umwami wa Isirayeli yose i Tiruza+.