Guharura 35:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “‘Umuhōzi+ w’amaraso ni we azokwica nya mwicanyi. Niyamwubukako, ubwiwe azomwica. Guharura 35:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntimuze mwakire incungu yo gucungura umwicanyi akwiriye gupfa+, kuko akwiye kwicwa ata kabuza+.