2 Samweli 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nayo Amasa, ntiyari yiyubaye ku bijanye n’inkota yari mu kuboko kwa Yowabu; nuko ayimuzibura+ mu nda, amara yiwe aseseka hasi, ntiyarinda kumugereka. Gutyo arapfa. Yowabu na Abishayi mwene wabo boma inyuma Sheba mwene Bikiri.
10 Nayo Amasa, ntiyari yiyubaye ku bijanye n’inkota yari mu kuboko kwa Yowabu; nuko ayimuzibura+ mu nda, amara yiwe aseseka hasi, ntiyarinda kumugereka. Gutyo arapfa. Yowabu na Abishayi mwene wabo boma inyuma Sheba mwene Bikiri.