Itanguriro 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kanani na we yavyaye Sidoni+ imfura yiwe na Heti+ 1 Abami 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Umwami Salomo akunda abagore benshi b’abanyamahangakazi+ hampande y’umukobwa wa Farawo+: Abanyamowabukazi+, Abamonikazi+, Abanyedomukazi+, Abanyasidonikazi+, n’Abahetikazi+,
11 Nuko Umwami Salomo akunda abagore benshi b’abanyamahangakazi+ hampande y’umukobwa wa Farawo+: Abanyamowabukazi+, Abamonikazi+, Abanyedomukazi+, Abanyasidonikazi+, n’Abahetikazi+,