Luka 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nk’akarorero, ndababwije ukuri: Hari abapfakazi benshi muri Isirayeli mu misi ya Eliya, igihe ijuru ryugarwa imyaka itatu n’amezi atandatu, ku buryo ikigoyi gikomeye gitera mu gihugu cose+, Yakobo 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Eliya yari umuntu yiyumva nk’uko twiyumva+, yamara mw’isengesho yarasavye Imana ngo imvura ntigwe+; kandi ntiyaguye kuri ico gihugu mu myaka itatu n’amezi atandatu.
25 Nk’akarorero, ndababwije ukuri: Hari abapfakazi benshi muri Isirayeli mu misi ya Eliya, igihe ijuru ryugarwa imyaka itatu n’amezi atandatu, ku buryo ikigoyi gikomeye gitera mu gihugu cose+,
17 Eliya yari umuntu yiyumva nk’uko twiyumva+, yamara mw’isengesho yarasavye Imana ngo imvura ntigwe+; kandi ntiyaguye kuri ico gihugu mu myaka itatu n’amezi atandatu.