1 Abami 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Aca abwira Eliya ati: “Mpuriye ku ki nawe+ ga yewe muntu w’Imana y’ukuri? Waje iwanje kwibukiriza ikosa ryanje+ no kwica umuhungu wanje.”
18 Aca abwira Eliya ati: “Mpuriye ku ki nawe+ ga yewe muntu w’Imana y’ukuri? Waje iwanje kwibukiriza ikosa ryanje+ no kwica umuhungu wanje.”