1 Abami 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Ahabu+ yiganira Yezebeli+ ivyo Eliya yari yarakoze vyose n’amakuru yose yerekeye ingene yari yaricishije inkota abahanuzi bose+.
19 Maze Ahabu+ yiganira Yezebeli+ ivyo Eliya yari yarakoze vyose n’amakuru yose yerekeye ingene yari yaricishije inkota abahanuzi bose+.