1 Abami 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko umwami wa Isirayeli akoraniriza hamwe abahanuzi+, abagabo nk’amajana ane, maze ababwira ati: “Ngende gutera Ramoti-gileyadi mu ntambara, canke ndeke?” Na bo batangura kuvuga bati: “Duga+, kandi Yehova azohatanga mu kuboko kw’umwami.”
6 Nuko umwami wa Isirayeli akoraniriza hamwe abahanuzi+, abagabo nk’amajana ane, maze ababwira ati: “Ngende gutera Ramoti-gileyadi mu ntambara, canke ndeke?” Na bo batangura kuvuga bati: “Duga+, kandi Yehova azohatanga mu kuboko kw’umwami.”