Abalewi 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “‘Ntimuze mwikebagure mu mubiri wanyu ku bw’umuntu yapfuye+, kandi ntimuze mwice injorogo*. Ndi Yehova. Gusubira mu vyagezwe 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Mwebwe muri abana ba Yehova Imana yanyu+. Ntimuze mwikebagure+ canke ngo mwice ubuhanza+ ku ruhanga rwanyu ku bw’umuntu yapfuye.
28 “‘Ntimuze mwikebagure mu mubiri wanyu ku bw’umuntu yapfuye+, kandi ntimuze mwice injorogo*. Ndi Yehova.
14 “Mwebwe muri abana ba Yehova Imana yanyu+. Ntimuze mwikebagure+ canke ngo mwice ubuhanza+ ku ruhanga rwanyu ku bw’umuntu yapfuye.