ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 17:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Na we avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova Imana yawe+, nta gatsima k’umuzingi mfise+, atari agafu kari ku rushi+ kari mu mubindi munini n’utuvuta dukeyi+ mu gakarabo; kandi ehe ndiko ntoragura udukwi dukeyi, mpeze ngende maze ngire ico nteguye ku bwanje no ku bw’umuhungu wanje, turye hanyuma dupfe+.”

  • Yesaya 33:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ni we azokwibera iyo hejuru+; ahantu hiwe hakirurutse hatagira inkomanzi hazoba ahantu h’urutare hagoye gushika+. Umukate wiwe azowuhabwa koko+; ikigega ciwe c’amazi ntikizokama+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika