-
Itanguriro 16:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Maze avuga ati: “Hagari musukukazi wa Sarayi, uva he ukaja he?” Na we avuga ati: “Erega, ndiko mpunga Sarayi mabuja.”