2 Abami 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Elisha aza i Damasiko+; kandi Beni-hadadi+ umwami wa Siriya yari arwaye. Bamumenyesha rero bati: “Wa muntu w’Imana+ y’ukuri yashitse ino.”
7 Nuko Elisha aza i Damasiko+; kandi Beni-hadadi+ umwami wa Siriya yari arwaye. Bamumenyesha rero bati: “Wa muntu w’Imana+ y’ukuri yashitse ino.”