2 Abami 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abahungu b’abahanuzi bari i Yeriko bamubonye nka hariya, batangura kuvuga bati: “Impwemu+ ya Eliya yaje kuri Elisha.” Nuko baza kumusanganira maze baramwunamira+ bashika hasi.
15 Abahungu b’abahanuzi bari i Yeriko bamubonye nka hariya, batangura kuvuga bati: “Impwemu+ ya Eliya yaje kuri Elisha.” Nuko baza kumusanganira maze baramwunamira+ bashika hasi.