Yesaya 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Iyo Yehova nyen’ingabo* ubwiwe ataba yaradusigarije abarokotse bakeyi+, tuba twaracitse nka Sodomu, tuba twarabaye nka Gomora ubwayo+. Abaroma 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yamara, ijambo ry’Imana+ rimubwira ngw’iki? “Nisigarije abagabo ibihumbi indwi, abagabo batapfukamiye Bayali+.” Abaroma 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Muri ubwo buryo rero, no muri iki kiringo harabonetse amasigarira+ nk’uko yatowe+ bivuye ku buntu ata wari abukwiriye. 2 Timoteyo 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko umushinge ukomeye w’Imana uguma uhagaze+, uriko iki kidodo, ngo: “Yehova arazi abiwe+,” kandi ngo: “Umuntu wese avuga izina rya Yehova+ avavanure n’ibitagororotse+.”
9 Iyo Yehova nyen’ingabo* ubwiwe ataba yaradusigarije abarokotse bakeyi+, tuba twaracitse nka Sodomu, tuba twarabaye nka Gomora ubwayo+.
4 Yamara, ijambo ry’Imana+ rimubwira ngw’iki? “Nisigarije abagabo ibihumbi indwi, abagabo batapfukamiye Bayali+.”
5 Muri ubwo buryo rero, no muri iki kiringo harabonetse amasigarira+ nk’uko yatowe+ bivuye ku buntu ata wari abukwiriye.
19 Ariko umushinge ukomeye w’Imana uguma uhagaze+, uriko iki kidodo, ngo: “Yehova arazi abiwe+,” kandi ngo: “Umuntu wese avuga izina rya Yehova+ avavanure n’ibitagororotse+.”