Yosuwa 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nimuce hagati mw’ikambi maze mutegeke abantu muti: ‘Nimwitegurire impamba, kuko mu misi itatu uhereye ubu muzojabuka uru ruzi Yorodani kugira mwinjire kwigarurira igihugu Yehova Imana yanyu agira abahe ngo mucigarurire+.’”
11 “Nimuce hagati mw’ikambi maze mutegeke abantu muti: ‘Nimwitegurire impamba, kuko mu misi itatu uhereye ubu muzojabuka uru ruzi Yorodani kugira mwinjire kwigarurira igihugu Yehova Imana yanyu agira abahe ngo mucigarurire+.’”