1 Abami 16:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Amaherezo Omuri aryama hamwe na ba sekuruza hanyuma ahambwa i Samariya; nuko Ahabu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
28 Amaherezo Omuri aryama hamwe na ba sekuruza hanyuma ahambwa i Samariya; nuko Ahabu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.