1 Ngoma 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umuhungu wa Salomo yari Rehobowamu, uwa Rehobowamu+ akaba Abiya+, uwa Abiya akaba Asa+, uwa Asa akaba Yehoshafati+, 2 Ngoma 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze Yehoshafati+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe no gukomeza ikibanza ciwe kuri Isirayeli. 2 Ngoma 20:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko Yehoshafati+ abandanya kuganza Yuda. Yari afise imyaka mirongo itatu n’itanu igihe yatangura kuganza, amara imyaka mirongo ibiri n’itanu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Azuba+ umukobwa wa Shilihi. Matayo 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Asa avyara Yehoshafati+;Yehoshafati avyara Yehoramu+;Yehoramu avyara Uziya;
10 Umuhungu wa Salomo yari Rehobowamu, uwa Rehobowamu+ akaba Abiya+, uwa Abiya akaba Asa+, uwa Asa akaba Yehoshafati+,
17 Maze Yehoshafati+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe no gukomeza ikibanza ciwe kuri Isirayeli.
31 Nuko Yehoshafati+ abandanya kuganza Yuda. Yari afise imyaka mirongo itatu n’itanu igihe yatangura kuganza, amara imyaka mirongo ibiri n’itanu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Azuba+ umukobwa wa Shilihi.