ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 8:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, nk’uko ab’inzu ya Ahabu bari baragize+; kuko umukobwa wa Ahabu ari we yari yabaye umugore wiwe+; aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova.

  • 2 Ngoma 18:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Maze Yehoshafati agira ubutunzi bwinshi n’ubuninahazwa bwinshi+; mugabo yunga na Ahabu+ ubucuti bw’ukwabirana+.

  • 2 Ngoma 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko Yehu+ mwene Hanani+ umubonyi+ arasohoka aja imbere yiwe, abwira Umwami Yehoshafati ati: “Mbega umubisha ni we yari akwiye gutabarwa+? Abanka+ Yehova ni bo ukwiye gukunda+? Ku bw’ico Yehova arakurakariye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika