1 Abami 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Dawidi aryama hamwe na ba sekuruza+, ahambwa mu Gisagara ca Dawidi+. 2 Ngoma 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Amaherezo Yehoshafati aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, hanyuma ahambwa hamwe na ba sekuruza+ mu Gisagara ca Dawidi; nuko Yehoramu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
21 Amaherezo Yehoshafati aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, hanyuma ahambwa hamwe na ba sekuruza+ mu Gisagara ca Dawidi; nuko Yehoramu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.