2 Samweli 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yowabu yagaba ingabo+ za Isirayeli zose; Benaya+ mwene Yehoyada+ akagaba Abakereti+ n’Abapeleti+. 1 Ngoma 27:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umukuru w’umugwi w’abakora igikorwa ugira gatatu ku bw’ukwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.
5 Umukuru w’umugwi w’abakora igikorwa ugira gatatu ku bw’ukwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.