2 Samweli 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Yowabu aca arasohoka avuye iyo Dawidi ari, maze atuma intumwa ngo zikurikire Abuneri, ziraheza zimugarurira+ kw’itangi y’i Sira; kandi Dawidi ntiyari abizi.
26 Yowabu aca arasohoka avuye iyo Dawidi ari, maze atuma intumwa ngo zikurikire Abuneri, ziraheza zimugarurira+ kw’itangi y’i Sira; kandi Dawidi ntiyari abizi.