1 Samweli 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Elikana umugabo+ wiwe aca amubwira ati: “Kora ivyo ubona ko ari vyiza mu maso yawe+. Guma i muhira gushika ugacukije. Gusa, Yehova ashitse ijambo ryiwe+.” Nya mugore rero aguma i muhira, abandanya kwonsa umuhungu wiwe gushika amucukije+. 1 Abatesalonika 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ahubwo riho, twabaye abengenga muri mwebwe, nk’igihe umuvyeyi yonsa abungabunga+ abana biwe.
23 Elikana umugabo+ wiwe aca amubwira ati: “Kora ivyo ubona ko ari vyiza mu maso yawe+. Guma i muhira gushika ugacukije. Gusa, Yehova ashitse ijambo ryiwe+.” Nya mugore rero aguma i muhira, abandanya kwonsa umuhungu wiwe gushika amucukije+.