1 Samweli 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hana aca avuga ati: “Ntunga mukama wanje! Ndahiye ukubaho kwawe+ mukama wanje, ndi wa mugore yari ahagararanye nawe muri iki kibanza kugira asenge Yehova+. 1 Abami 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze umwe muri abo bagore avuga ati: “Ntunga mukama wanje+, jewe n’uyu mugore tuba mu nzu imwe, ku buryo nibarukiye iruhande yiwe muri nya nzu.
26 Hana aca avuga ati: “Ntunga mukama wanje! Ndahiye ukubaho kwawe+ mukama wanje, ndi wa mugore yari ahagararanye nawe muri iki kibanza kugira asenge Yehova+.
17 Maze umwe muri abo bagore avuga ati: “Ntunga mukama wanje+, jewe n’uyu mugore tuba mu nzu imwe, ku buryo nibarukiye iruhande yiwe muri nya nzu.