Abaroma 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 batagira ugutegera+, bata amasezerano+, batiyumvamwo ababo+, abatagira imbabazi+. 2 Timoteyo 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 batiyumvamwo ababo+, badashaka kwumvikana na gato+, abambika ibara abandi+, batagira ukwigumya, inkazi+, badakunda iciza+,
3 batiyumvamwo ababo+, badashaka kwumvikana na gato+, abambika ibara abandi+, batagira ukwigumya, inkazi+, badakunda iciza+,