Yosuwa 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 mugabo akarere k’imisozi gakwiye kuba rwawe+. Kubera ko ari ikibira, uze ugiteme, kibe aho ugarukira. Kuko ukwiye kwirukana Abanyakanani, naho bafise imikogote y’intambara ifise ibikeruzo vy’icuma kandi bakaba bakomeye+.”
18 mugabo akarere k’imisozi gakwiye kuba rwawe+. Kubera ko ari ikibira, uze ugiteme, kibe aho ugarukira. Kuko ukwiye kwirukana Abanyakanani, naho bafise imikogote y’intambara ifise ibikeruzo vy’icuma kandi bakaba bakomeye+.”