ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nya ntwarabutumwa+, ziri ku mafarasi atwara ivyete yakoreshwa mu gikorwa c’umwami, ziragenda, zihindagizwa kandi zihutishwa+ n’ijambo ry’umwami; kandi iryo tegeko ritangwa mu kirimba Shushani+.

  • Mika 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Bohera umukogote ku mugwi w’amafarasi, ewe mugore uba i Lakishi+! Yabereye umukobwa wa Siyoni intango y’igicumuro+, kuko imigararizo ya Isirayeli yabonetse muri wewe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika