1 Ngoma 28:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Dawidi aha Salomo umuhungu wiwe umugero w’ubwubatsi+ w’ibaraza+, n’uw’amazu y’iryo baraza n’ivyumba vy’ubushinguro+ vyarwo n’ivyumba vyo hejuru+ vyarwo n’ivyumba vyarwo vy’imbere vyijimye n’inzu ya wa murumyo w’impongano*+; 2 Ngoma 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibaraza+ ryari imbere y’iyo nzu, imbere y’ubwaguke bwayo, ryari rifise amatambwe mirongo ibiri, amahagarara yaryo na yo akaba amatambwe ijana na mirongo ibiri; nuko indani ayihomekako inzahabu itavanze.
11 Nuko Dawidi aha Salomo umuhungu wiwe umugero w’ubwubatsi+ w’ibaraza+, n’uw’amazu y’iryo baraza n’ivyumba vy’ubushinguro+ vyarwo n’ivyumba vyo hejuru+ vyarwo n’ivyumba vyarwo vy’imbere vyijimye n’inzu ya wa murumyo w’impongano*+;
4 Ibaraza+ ryari imbere y’iyo nzu, imbere y’ubwaguke bwayo, ryari rifise amatambwe mirongo ibiri, amahagarara yaryo na yo akaba amatambwe ijana na mirongo ibiri; nuko indani ayihomekako inzahabu itavanze.