Gusubira mu vyagezwe 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kugira utinye+ Yehova Imana yawe ngo ugumye ivyagezwe vyiwe vyose n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse, wewe n’umwana wawe n’umwuzukuru wawe+, imisi yose y’ubuzima bwawe, no kugira ngo imisi yawe ibe myinshi+. Gusubira mu vyagezwe 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ngo ugumye amabwirizwa ya Yehova n’ivyagezwe vyiwe+ ndagutegetse uno musi, ku neza yawe+? Gusubira mu vyagezwe 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ritegerezwa kugumana na we, kandi ategerezwa gusoma muri ryo imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kugira yige gutinya Yehova Imana yiwe ngo agumye amajambo yose y’iri tegeko n’izi ngingo nyobozi, mu kubikora+;
2 kugira utinye+ Yehova Imana yawe ngo ugumye ivyagezwe vyiwe vyose n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse, wewe n’umwana wawe n’umwuzukuru wawe+, imisi yose y’ubuzima bwawe, no kugira ngo imisi yawe ibe myinshi+.
19 “Ritegerezwa kugumana na we, kandi ategerezwa gusoma muri ryo imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kugira yige gutinya Yehova Imana yiwe ngo agumye amajambo yose y’iri tegeko n’izi ngingo nyobozi, mu kubikora+;