Ivyahishuwe 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Vyongeye, ya marembo cumi n’abiri yari imaragarita cumi na zibiri; rimwe ryose muri ayo marembo ryari rigizwe n’imaragarita+ imwe. Inzira yagutse ya nya gisagara na yo yari inzahabu itavanze, nk’ikiyo kibonerana.
21 Vyongeye, ya marembo cumi n’abiri yari imaragarita cumi na zibiri; rimwe ryose muri ayo marembo ryari rigizwe n’imaragarita+ imwe. Inzira yagutse ya nya gisagara na yo yari inzahabu itavanze, nk’ikiyo kibonerana.