2 Ngoma 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 na ya makomamanga+ amajana ane ku bwa za nsenga zibiri, imisitari ibiri y’amakomamanga ku bw’urusenga rumwerumwe rwose, vyo gupfuka nya mitwe y’inkingi ibiri yibumvye yari kuri nya nkingi+;
13 na ya makomamanga+ amajana ane ku bwa za nsenga zibiri, imisitari ibiri y’amakomamanga ku bw’urusenga rumwerumwe rwose, vyo gupfuka nya mitwe y’inkingi ibiri yibumvye yari kuri nya nkingi+;