2 Ngoma 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Cari gihagaze ku mashūri cumi n’abiri+: atatu araba mu buraruko, atatu araba mu burengero, atatu araba mu bumanuko, n’atatu araba mu buseruko; ico kiyaga cari hejuru kuri nya mashūri, kandi inyuma hayo hose haraba indani+.
4 Cari gihagaze ku mashūri cumi n’abiri+: atatu araba mu buraruko, atatu araba mu burengero, atatu araba mu bumanuko, n’atatu araba mu buseruko; ico kiyaga cari hejuru kuri nya mashūri, kandi inyuma hayo hose haraba indani+.