ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Aguma akurako amakurudumu ku mikogote yabo ku buryo bayitwara vyanka+. Abanyamisiri batangura kuvuga bati: “Duhunge ntitwegere Isirayeli na gatoya, kuko Yehova ata gukeka abarwanira, akarwanya Abanyamisiri+.”

  • Yesaya 5:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 kuko imyampi yabo ikarihije, n’imiheto yabo yose ikaba ifoye+. Ibinono vy’amafarasi yabo bizofatwa nk’ibuye ry’isare+, amakurudumu yabo na yo nk’umuyaga w’ikirura+.

  • Yesaya 28:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kuko kumino yirabura idahonyangishwa igisekuzo+; kandi nta kurudumu y’umukogote izungurukirizwa kuri kumino. Kuko mu bisanzwe kumino yirabura ikubitishwa inkoni+, kumino na yo ikibando.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika