2 Ngoma 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, akora amabesani cumi, hanyuma ashira atanu iburyo n’atanu ibubamfu+, kugira ngo bayogerezemwo+. Ibintu bijanye n’ishikanwa riturirwa+ bavyogereza muri yo. Mugabo nya kiyaga cari ico abaherezi biyozamwo+.
6 Vyongeye, akora amabesani cumi, hanyuma ashira atanu iburyo n’atanu ibubamfu+, kugira ngo bayogerezemwo+. Ibintu bijanye n’ishikanwa riturirwa+ bavyogereza muri yo. Mugabo nya kiyaga cari ico abaherezi biyozamwo+.