1 Abami 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Iyo mitwe y’inkingi yari iteretse kuri nya nkingi zibiri, ikaba no hejuru ahegeranye n’inda yakoranako n’urusenga; hariho amakomamanga+ amajana abiri ari mu misitari irya n’ino ku mutwe w’inkingi umwumwe wose.
20 Iyo mitwe y’inkingi yari iteretse kuri nya nkingi zibiri, ikaba no hejuru ahegeranye n’inda yakoranako n’urusenga; hariho amakomamanga+ amajana abiri ari mu misitari irya n’ino ku mutwe w’inkingi umwumwe wose.