2 Abami 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko ku bijanye n’inzu ya Yehova, ntihakorwa amabesani y’ifeza, ibizimisho+, amabakure+, inzumbete+, n’ubwoko na bumwe bw’ikintu c’inzahabu n’ikintu c’ifeza, mu mahera yazanwa ku nzu ya Yehova+; Yeremiya 52:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Batwara n’ibigopo n’ibiyozo+ n’ibizimisho+ n’amabakure+ n’ibikombe n’ibikoresho vy’umujumpu vyose vyakoreshwa mu gikorwa+.
13 Ariko ku bijanye n’inzu ya Yehova, ntihakorwa amabesani y’ifeza, ibizimisho+, amabakure+, inzumbete+, n’ubwoko na bumwe bw’ikintu c’inzahabu n’ikintu c’ifeza, mu mahera yazanwa ku nzu ya Yehova+;
18 Batwara n’ibigopo n’ibiyozo+ n’ibizimisho+ n’amabakure+ n’ibikombe n’ibikoresho vy’umujumpu vyose vyakoreshwa mu gikorwa+.