ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 16:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Kandi iki kize kibabere icagezwe gushika igihe kitagira urugero+: Mu kwezi kugira indwi ku musi ugira cumi wa nya kwezi+ muze mwibabaze+, kandi ntimuze mukore igikorwa na kimwe+, yaba imvukira canke kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe.

  • Abalewi 23:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi kugira indwi hazoba umusi mukuru w’insago kuri Yehova, mu kiringo c’imisi indwi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 16:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Umusi mukuru w’insago+ ukwiye kuwihimbariza imisi indwi igihe wegeranya ivyo ku mbuga yawe y’ikubitiro no mu ruganiro rwawe rw’amavuta n’umuvinyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika