2 Samweli 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+. 1 Ngoma 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni we azonyubakira inzu+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami yiwe gushika igihe kitagira urugero+.
13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+.
12 Ni we azonyubakira inzu+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami yiwe gushika igihe kitagira urugero+.