2 Samweli 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Genda ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega ni wewe uzonyubakira inzu ngo ndayibemwo+? 1 Ngoma 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni we azonyubakira inzu+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami yiwe gushika igihe kitagira urugero+.
5 “Genda ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega ni wewe uzonyubakira inzu ngo ndayibemwo+?
12 Ni we azonyubakira inzu+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami yiwe gushika igihe kitagira urugero+.