2 Samweli 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+. 2 Ngoma 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Gusa wewe si we uzokwubaka iyo nzu+, ahubwo umuhungu wawe azova muri wewe ni we azokwubakira inzu izina ryanje+.’
13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+.
9 Gusa wewe si we uzokwubaka iyo nzu+, ahubwo umuhungu wawe azova muri wewe ni we azokwubakira inzu izina ryanje+.’