Kuvayo 34:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Hanyuma agumana ng’aho na Yehova imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine. Nta mukate yarya kandi nta mazi yanywa+. Araheza yandika kuri vya bisate amajambo ya nya sezerano, ya Majambo Cumi+. Gusubira mu vyagezwe 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Igihe naduga umusozi kwakira vya bisate vy’amabuye+, vya bisate vy’isezerano Yehova yari yagiranye namwe+, hanyuma nkaguma mba ku musozi imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine+, (sinarya umukate canke ngo nywe amazi,) Gusubira mu vyagezwe 31:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Muze mufate iki gitabu c’itegeko+, mugishire iruhande y’isandugu+ y’isezerano rya Yehova Imana yanyu, kandi ng’aho kize kibe icabona kikwagiriza+.
28 Hanyuma agumana ng’aho na Yehova imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine. Nta mukate yarya kandi nta mazi yanywa+. Araheza yandika kuri vya bisate amajambo ya nya sezerano, ya Majambo Cumi+.
9 Igihe naduga umusozi kwakira vya bisate vy’amabuye+, vya bisate vy’isezerano Yehova yari yagiranye namwe+, hanyuma nkaguma mba ku musozi imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine+, (sinarya umukate canke ngo nywe amazi,)
26 “Muze mufate iki gitabu c’itegeko+, mugishire iruhande y’isandugu+ y’isezerano rya Yehova Imana yanyu, kandi ng’aho kize kibe icabona kikwagiriza+.