2 Ngoma 6:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 maze bakagarura koko ubwenge mu gihugu bazoba batwawemwo ari imbohe, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe, bakagusaba ubutoni mu gihugu bazoba barimwo ari imbohe+, mu kuvuga bati: ‘Twaracumuye+, twarahuvye+ kandi twakoze ivy’ububisha+’;
37 maze bakagarura koko ubwenge mu gihugu bazoba batwawemwo ari imbohe, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe, bakagusaba ubutoni mu gihugu bazoba barimwo ari imbohe+, mu kuvuga bati: ‘Twaracumuye+, twarahuvye+ kandi twakoze ivy’ububisha+’;