1 Abami 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uze wumvirize ugusaba ubutoni+ kuvuye ku musavyi wawe no ku bantu bawe Isirayeli, ukwo batura berekeje aha hantu; kandi wewe ubwawe uze wumve uri ahantu uba, mu majuru+, uze wumve maze ubabarire+.
30 Uze wumvirize ugusaba ubutoni+ kuvuye ku musavyi wawe no ku bantu bawe Isirayeli, ukwo batura berekeje aha hantu; kandi wewe ubwawe uze wumve uri ahantu uba, mu majuru+, uze wumve maze ubabarire+.