-
2 Ngoma 6:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 (Kuko Salomo yari yarakoze umukiruruko+ w’umujumpu, akawushira hagati na hagati mu rugo+. Uburebure bwawo bwari amatambwe atanu, ubwaguke bwawo amatambwe atanu, amahagarara yawo na yo akaba amatambwe atatu; yari awuhagazeko.) Apfukama+ rero imbere y’ishengero rya Isirayeli ryose, hanyuma agaranzura ibiganza avyerekeje mu majuru+.
-
-
Luka 22:41Bibiliya y’isi nshasha
-
-
41 Na we yigira kure yabo nk’ahoterwa ibuye, hanyuma arapfukama, atangura gusenga,
-