2 Ngoma 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwami Salomo abandanya gushikana ikimazi c’inka ibihumbi mirongo ibiri na bibiri, n’intama ibihumbi ijana na mirongo ibiri+. Gutyo umwami n’abantu bose binjira+ inzu y’Imana y’ukuri.
5 Umwami Salomo abandanya gushikana ikimazi c’inka ibihumbi mirongo ibiri na bibiri, n’intama ibihumbi ijana na mirongo ibiri+. Gutyo umwami n’abantu bose binjira+ inzu y’Imana y’ukuri.