1 Abami 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ahishari yagaba urugo, Adoniramu+ mwene Abuda na we akagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato+. 1 Abami 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi Umwami Salomo yaguma adugana abagenewe ibikorwa vy’agahato abakuye muri Isirayeli yose; abo bene kugenerwa ibikorwa vy’agahato+ bashika ku bagabo ibihumbi mirongo itatu.
13 Kandi Umwami Salomo yaguma adugana abagenewe ibikorwa vy’agahato abakuye muri Isirayeli yose; abo bene kugenerwa ibikorwa vy’agahato+ bashika ku bagabo ibihumbi mirongo itatu.