Itanguriro 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuri ivyo avuga ati: “Kanani arakavumwa+. Nabe uwa nyuma mu bashumba ba bene wabo+.”